Buenos Aires

Buenos Aires ni umurwa mukuru w'igihugu ca Argentine.

Buenos Aires niwo muji munini w'iratiro w'ico gihugu ca Argentine. "Plaza de Mayo", iri hagati na hagati mu gisagara, ikikujwe n'amazu manini cane yo mu kinjana ca Cumi n'icenda (19è siecle) nka "la Casa Rosada", Inzu nziza cane ibamwo kandi igakorerwamwo n'umukuru w'igihugu irikumwe n'akaguriro kayo. Izindi nzu nziza nziza twovuga nka "le Teatro Colón", ikirasi kinini gifise ivyicaro vyababa 2 500, yinjiwe mu mwaka w'1908. Iyindi twovuga ni "le Malba", ikigo c'iratiro c'akaranga muri Amerika y'epfo.

  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 203.
  • Abanyagihugu: 2.890.151 (2010).
    Buenos Aires
    Atardecer en el Obelisco, Buenos Aires
Buenos Aires
Buenos Aires.
Buenos Aires
199 - Buenos Aires - Aéroport international Ezeiza - Janvier 2010

Tags:

Argentine

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

Aa macraCohohaMugisomekaMashigikoKabuyekereAéroport de KirundoAliçopehlivanInkonaMurugotiNingaCendaGisoziJim VarneyMihetoInyamaGihofiCabireKielefenRudoviko RwagasoreLeta z’Unze Ubumwe za AmerikaBambaAkagotiYua MikamivietnamKayanzaKanywambehoKaronge, BubanzaAkagogoPolystachya lacroixianaParisKuwintabaIProvense ya MuramvyaEsipanyeMajabaNdava, BubanzaSaratovMukabagabagaAkaremera (uruzi mu Uburundi)BururiCoganyanaBulgariaUrura-rw’inzovuAmatekeMuroreTomatiBagundiNyabugoyeUmugoreMpanda, GihangaRomeCherif Mohamed Aly AidaraGatumba🡆 More