Umuganuro

Buri uko umwaka utashe, mu Burundi haraba umunsi mukuru wo kurya umwaka ariwo bita umuganuro.

Uwo musi wahimbazwa mu kwezi kwa kigarama (kugira cumi na kabiri) ugatanguzwa n'umwami ubwiwe. Uwo musi w'umuganuro witabirirwa n'abarundi bose kuko wari uhambaye cane.

Akamaro k'umuganuro

*Uguhezagira imbuto: kuri uwo musi, umwami yatanga umwaka w'amasaka akaba atanze uruhusha rwo kuja kubiba ayandi bavyita ko ahezagiye imbuto.

*Kuraba abaganwa bakimuyoboka: ku musi w'umuganuro, abaganwa n'abatware bose bategerezwa kurenguka ku kirimba i Bwami. Iyo bishitse umuganwa ntarenguke, yafatwa nkuwiyonkoye ku mwami. Muri ico gihe umwami yaramugwanya agaheza akamwaka akarere yaba yaramuhaye.

*Ukugaba n'ukuganza: kuri uwomusi w'umuganuro wari umusi wo kunywanisha abarundi bo mu mihingo yose bikerekana ububasha bw'umwami. Muri ivyo birori, umwami yaragaba inka n'amatongo ku bantu bitwaye neza gusumba abandi.

Ibikoresho vy

Tags:

Uburundi

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

NgoziBinyuroBugandaGahiseTanzaniyaAgasumo ka MwaroCherif Mohamed Aly AidaraNyamivoLeta z’Unze Ubumwe za AmerikaIbiyayura umutweCoganyanaAgateteCumi n’icendaEsipanyeKirundiUbudagiMwoheroCabireCeuspices (Indian company)MusitoBurumaniyaAkadahokaInzovuIkigabane ca 3Mpanda, MpandaKaruziMukinashozaMontevideoKwiseberoAmashure matoyaIProvense ya BururiMukabagabagaMatovuUbukiBuvyukoUbugandaCendaIProvense ya KaruziIsahaniButaIProvense ya RumongeYenikarpuzluGahaheMusenyiMuramvyaAkayogoBikingaKagwenaKabuyekereKayogoroKasumoKiganduRumongeStrongyloidiasisBuhongoRudoviko RwagasoreLiva Beauty🡆 More