Indwara Ya Hasima

INDWARA YA HASIMA (Asthme)

Indwara ya Hsima iri mu ndwara zibangamiye abantu benshi cane, ikibabaje nuko abayigwaye bamana amaganya barondera inyishu yavyo. Nobabwira bahumure inyishu yabonetse

UKO HASIMA IFATA

Indwara ya hasima twovuga ahanini ko kugira uyandure nuko umuntu aba yaragize ikibazo mu mahaha yiwe,hari igihe uturingoti twinjiza impwemu mu mahaha bita *bronches* n'udushami twatwo bita *bronchioles* dukabirana maze uruziri bita *mucus* rukisuka murico gihe rubuza ko impemu zirengana vyoroshe.

IBIMENYETSO VYA HASIMA

👉Guhema udashikana (dyspnée)

👉Gukorora cane mbere ugakorora ubusa ( taux sèche)

👉Kubira indugumba (transpiration)

👉 Guhema ujwirahira (respiration siflante)

👉 Kwumva mugikiriza umenga haratekeye

👉 Gucika umugongo

👉 Kumeneka umutwe

IBITERA HASIMA

Ubwandu bwimigera(Infection bacterienne)

Itabi

Akaronda

N'ibindi

IVYO KWIRINDA NTIWAME MURI MUNGORANE ZA HASIMA:

👉Irinde kuja mu mbeho canke ahantu hakanye

👉Irinde imyotsi,intumuka canke ahantu hari abantu benshi cane.

Tags:

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

IkarotiMuyebeOtiophora rupicolaIkiratiniKaronge, RugaziIProvense ya KirundoEartha KittMpanda, GihangaKibumbuIProvense ya NgoziCeuspices (Indian company)UbworoziCabireKaronge, BubanzaCherif Mohamed Aly AidaraInyamaBaraga (umusozi mu Uburundi)AkagotiKinyashesheSOSUMOMakambaUmubiriGrande RusiziChiliMureheAbahutuMunyegeroIProvense ya RutanaMurugotiBujumburaIProvense ya CankuzoBufirikaMwaroJim VarneyAkashihiAkagondoUrupapuro nyamukuruGahiseIkinyarwandaIkigabane ca 3VenezuelaAkagogoIProvense ya CibitokeCroaciaHamzabeyliBurumaniya🡆 More