Igisabisho ni igikorwa c'umuntu umwe canke abantu benshi basenga biyerekeza ku Mana Data wa twese.
Uwusenga canke abasenga bashobora kuba bisengera ngo Imana Data wa twese Ibahezagire, bashobora kuba basengera abandi bantu, ari nk'abarwaye, canke basengera igihugu, mbere n'isi yose. Igisabisho gikorwa kandi n'abipfuza kwiyegereza Imana ndetse n'abipfuza kugira ico bayisavye ngo babone utu na turiya.
Mu mico y'ikirundi, igisabisho kirashobora kuba ikintu umuntu ajana kwa naka (mugenziwe) ngo kibe ishimikiro ry'ijambo ashaka kumushikiriza.
This article uses material from the Wikipedia Ikirundi article Igisabisho, which is released under the Creative Commons Attribution-ShareAlike 3.0 license ("CC BY-SA 3.0"); additional terms may apply (view authors). Content is available under CC BY-SA 4.0 unless otherwise noted. Images, videos and audio are available under their respective licenses.
®Wikipedia is a registered trademark of the Wiki Foundation, Inc. Wiki Ikirundi (DUHOCTRUNGQUOC.VN) is an independent company and has no affiliation with Wiki Foundation.