Amashule Y'isumbuye

I Burundi abana batangura amashure yisumbuye bafise imyaka cumi n'ibiri canke cumi n'itatu kuduga iyo batahitiye.

Mu bisanzwe amashure y'isumbuye agizwe n'ibice bibiri. Mu gice cambere abana bamara imyaka itatu kuntebe y'ishure. Ivyigwa bikuru bikuru bakurikira n'ibi:

  1. Indimi (ikirundi, igifaransa icongereza hamwe n' igiswahiri)
  2. Ibiharuro
  3. Akahise
  4. Indonda bihugu
  5. Uburimyi
  6. Kunonora imitsi
  7. Ubuhinga, n'ibindi.
  8. n'ibindi

Kugira babandanye igice c'akabiri, bategerezwa kumenya ikibazo co mu mwaka w'icenda.Abafise ubumenyi bujanye n'ibiharuro, barashobora guhitamwo kubandanya amashure y'isumbuye mu gisata c'ibiharuro n'ibindi vyirwa bijanye.

Abafise amanota meza mu ndimi n'ibindi vyirwa bijanye, nabo bashobora kubandanya amashure yisumbuye mu gisata c'indimi.

Muri ico gihe, ivyigwa abana biga biba bishimikiye ku ndimi canke ku biharuro.

Bitayeko, abana barashobora guhitamwo kwiga amashure y'imyuga.

Mu kurangiza amashure yisumbuye, abanyeshure bategerezwa gukora ikibazo ca leta gihambaye cane gitanga uburenganzira bwo kwinjira muri kaminuza.

Tags:

Burundi

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

Urura-rw’inzovuIgitokeGitegaUbwislamu mu BurundiNorwayBufirikaIkigabane ca 21Ikigabane ca 35PologneAéroport international de BujumburaDavid WoodardUmwunguIProvense ya GitegaUruziKwiyandikishaIcongereza ka rurimi rwa kabiriMozdahirBurumaniyaIProvense ya CibitokeAmatekeMoscouKinyarwandaIsiJean-Paul BelmondoDanemarkAustraliyaIngomaMukabagabagaGatanuMpandaURUSHANAKinyinyaKwiseberoKigambaIkigabane ca 50UburundiKwamana ubwoba wicura abansi n’ibikugirira nabiTurukiyaYezu KirisituAa aurantiacaUMUTIMARonald ReaganInterahamweEsipanyeUbudagiNdavaGoogle🡆 More