Aéroport International De Bujumbura

Aéroport international de Bujumbura (icongereza: (Ubu bacitiriye Melchior NDADAYE)Bujumbura International Airport) ni ikibuga c'indege kiri kubirometero 10 uvuye kumugwa mukuru w'ubutunzi ariwo Bujumbura]] mu Uburundi.

Aéroport International De Bujumbura
Aéroport de Bujumbura Gakumbu

Kikaba cuguruwe mu 1952.Italiki ya 1 Mukakaro mu 2019,niho cahindurirwa izina maze citirirwa Melchior Ndadaye, incungu ya demokarasi, umukuru w'igihugu wambere yitorewe n'abanyagihugu kuwa 1 Ruheshi mu 1993 aca agandagurwa muruwo mwaka nyene itariki ya 21 Gitugutu, inyuma y'amezi atatu Gusa ashikiriye ubutegetsi.

Aéroport International De Bujumbura
Aeroport International de Bujumbura-Burundi

Amwe mu makompamanyi aharangurira imirimo twovuga nka:

   -Ethiopian Airlines    -Air Burundi    -Kenya Airways    -RwandAir    -Brussels Airlines    -Uganda Airlines    -Air Tanzania 

Tags:

Uburundi

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

Aa macraMurugomeroMurwoboIntareIhindagurika ry'ibiheImbataInterahamweRurataNgonyiPolystachya coulonianaBatozaIProvense ya CankuzoCendaInandurweIProvense ya RumongeGihungweInkonaKinyinyaRwandaGasugaLiva BeautyKigwatiUbworoziIkirayaAkayogoAkaguhuMusitoBugandaAmataImpeneMajabaIProvense ya RuyigiCohohaAkamiraMuratcalıMatonyangoPhyllanthus burundiensisRugariAkabiziAbakuru b'igihugu c' UburundiAkagotiPierre NkurunzizaLuhwaIProvense ya KayanzaMirongo ibiriMontevideoMukenkeBujumburaAkanyaru🡆 More