Guhahamuka

Guhahamuka (PTSD).

Ivyo bishobora gushika igihe umuntu yagize ubwoba cane canke yahuye n’ingorane zimutera ubwoba cane, nko gukubitwa, guhwana n’isanganya ry’icaduka, guterwa n’abasuma canke indwano za gisirikare. Abantu bahahamutse baguma bibuka ivyabaye, bakarara bararota ibiteye ubwoba, canke bigatuma bahwana n’ibisubira kubahahamura. Bashobora kwadukana ishavu canke bakiyotsa rwose ibibi boba barakoze, ubwoba, n’ibindi. Ukwo guhahamuka (PTSD) kurashobora kubera intambamyi ubuzima bw’umuntu bwa minsi yose. Guhahamuka birababaza cane kuko bituma uwahahamutse imiryango imikumira aho kumwegera ngo bamufashe.

Guhahamuka
Aversives in ABA 1
Guhahamuka
Mental Illness Icon 2

Tags:

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

Igihe c'agatasiMirongo ibiri na gatatuGoogleRimweMugisomekaGihungweFinilandePologneIntareMexicoLos AngelesCarson City, NevadaAkagotiStrongyloidiasisMirongo ibiri na gatanuCankuzoLituaniaMoscouKwama wacitse ivutuMain PageIkigabane ca 31IgiseGuhahamukaDanemarkSpotifyMadridIndwara y’IgitiguVenezuelaNinoslav MarinaIraniVietnamMP ShivakumarIngomaUbugeni bw'aho hambereIkambariNovossibirskImbataAbahutuBerlinLeta z’Unze Ubumwe za AmerikaKwiyahuraKinama, BubanzaRutovuGatandatuAmataBibiliyaUruziUburusiyaUbuhindiIgitiTanganyikaAmezi y'umwaka🡆 More