Azerbaijan

Azerbaijan canke Irepuburika ya Azerbaijan (ikiazerbaijan: Azərbaycan, Azərbaycan Respublikası) ni igihugu kiri mu Buraya na Aziya.

Azerbaijan
Ibendera rya Azerbaijan
Azerbaijan
Azerbaijan
Azerbaijan

Azerbaijan ni igihugu cegukira imigabane ibiri y'Uburayi na Aziya. Ni kandi igice c'akarere ka Caucasus yo mu Bumanuko, ikaba igarurwa n'inyanja ya Caspian mu Buseruko. Hari kandi Russie mu buraruko, Georgia mu Burengero bushira uburaruko, Armenia na Turquie mu Burengero. Hari Iran mu Bumanuko. Baku niwo murwa mukuru kandi kikaba ari naco gisagara kinini cagutse.

  • Umurwa mukuru: Baku
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 86.600
  • Abanyagihugu: 10.250.000 (2021)
  • Ukurundana: Abantu 112 ku kirometero kwadarato

Tags:

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

Ishirahamwe MpuzamakunguLos AngelesUMUTIMACumi na kabiriAa erosaMaya AngelouBulgariaUbutariyanoRuyigiUmusongaTurukiyaNyanza-LacAa schickendanziiMakambaIntebeAa denticulataChicagoKigambaPierre NkurunzizaBogotáBoliviyaBujumburaBurumaniyaAcquaviva, Saint-MarinUburusiyaRomeIgitiImbataDavid WoodardAkamangu H1N1 2009UbugandaCumiPigazzanoAmatekeAgasenyiUburundiBoronshiteUbuswisiKielefenMuyingaAkagogoAltensteinia riobambaeGasapeIkigabane ca 25VirusBubanza🡆 More