Ubudagi

Ubudagi ni igihugu kimwe mubihugu vyinshi bigize umugabane wa buraya.

Ubudagi
Ubudagi
Ubudagi
Ibendera ry' Ubudagi

Berlin ni umurwa mukuru wiki gihugu.

Ubudagi kikaba arico gihugu cambere ca koronije uburundi guhera mu mwaka 1884-1885, aho ubudagi bwari buronse Uburundi, Urwanda hamwe na Tanganyika.

Uburinganire: ibirometero kwadarato 357.386

Abanyagihugu: 83.149.300 (2019)

Ukurundana: Abantu 233 ku kirometero kwadarato

Icitiro: Umudagi, umudagikazi.

Tags:

🔥 Trending searches on Wiki Ikirundi:

BibiliyaTanzaniyaUmwunguIngomaTomatiMirongo ibiri na gatanuGihungweBukirasaziCyprien NtaryamiraBerlinMichael JacksonJames ComeyDomagnanoIkambariZurichMP ShivakumarIkigabane ca 44MisiriIngeregereAustraliyaUmuganuroKwiyahuraAmezi y'umwakaBogotáMaya AngelouPortugalIrlandaKiseperantoCarson City, NevadaMadridNoheliMirong’ineBujumburaIjanaMirongo ibiri na gatandatuSaint-PétersbourgLas VegasYua MikamiIraniEsipanyeGahaheImpongoUrupapuro nyamukuruPologneRimweUbubirigiNigoziAa hartwegiiMoscou🡆 More